User:GIRAMAHORO Abel
Appearance
๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐ ๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐ ๐๐ ๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐' ๐๐๐๐๐
Abanyakolosi 3, 16-17
Ijambo rya kristu niribavyagiremwo risagagare, maze mwigishanye kandi muhanurane mu bwitonzi bwuzuye, muririmbire lmana mu mitima yanyu mukenguruka, mu mazaburi, mu ndirimbo no mumvyino bivuye kuri Mutima. Ivyo muvuga canke ivyo mukora vyose mwame mubigira kw'izina ry'Umukama YEZU, mukengurukira lmana Data ku bwiwe nyene